“Ntawavuga ko ari ugutaha ku bushake” – Bamwe mu Barundi bari guhunguka bava Tanzania
Impunzi z’Abarundi zirenga 20,000 zimaze gutaha zivuye muri Tanzaniya kuva uyu mwaka watangira